Uko wahagera

Thomas Perriello Intumwa Idasanzwe Ya Reta Zunze Uumwe Za Amerika mu ntara ya Afrika y’ibiyaga binini.


Thomas Perriello Intumwa Idasanzwe Ya Reta Zunze Uumwe Za Amerika mu ntara ya Afrika y’ibiyaga binini.
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:02:50 0:00

Mu kiganiro yahaye Frederic Nkundikije aravuga ku biganiro bihuza abarundi, ku birego vyashikirijwe na ONU bivuga kw’Urwanda rwahaye impunzi z’Abarundi imyimenyerezo ya gisirikare no ku matora ategekanijwe mu gihugu cy' Urwanda n Republika ya Congo Iharanira Demokrasi pt 4

XS
SM
MD
LG