Uko wahagera

Amafoto ya Bamwe mu Bakozi b'Ijwi ry'Amerika Bakorera mu Ngo Zabo Kubera COVID19

Haraheze indwi zitatu ijwi ry'Amerika ifashe ingingo yo kugabanya abakozi bayo bakorera mu biro, mu ntumbero yo gukinga ubwandu bwa virusi ya Corona.

Ubuyobozi bw'Ijwi ry'Amerika bwemeza ko ibice 80 kw'Ijana vy'abakozi bayo bakorera mu bisata bigizwe n'indimi zirenga 40, ubu batangariza amakuru n'ibiganiro mu mihana iwabo.

Naho ata foto y'abakorera igisata c'Ikirundi n'Ikinyarwanda iri muri ano mafoto mugiye kuraba, ibiganiro vyose n'amakuru mukurikirana muri izo ndimi ubu bikorerwa mu mihana y'abamenyeshamakuru bakorera ico gisata.

XS
SM
MD
LG