Uko wahagera
Jya ku ntangiriro
Jya aho gutangirira
Jya aho gushakira
Amakuru
Burundi
Rwanda
Muri Afurika
Kw'isi
Aho Kumvira
Amakuru mu Gitondo
Iwanyu mu Ntara
Murisanga
Amakuru y'Akarere
Amakuru ku Mugoroba
Bungabunga Ubuzima
Ibiganiro
Dusangire-ijambo
Umuziki
Ejo
Inkuru Idasanzwe
Learning English
Dukurikire
Indimi
Search
Live
Live
Search
ibibanza
ibikurikira
Breaking News
Videwo n'Amafoto
Amafoto y'Umubonano wa Perezida Trump na Macron
25-04-2018
Mu rugendo rwiwe rw'imisi itatu muri Amerika, Perezida w'Ubufaransa Emmanuel Macron azogaruka ku bibazo bitandukanye bihanze isi harimwo amasezerano yerekeye ibirwanisho ruhonyanganda muri Irani.
1
Perezida Emmanuel Macron w'Ubufaransa na Mugenzi we Donald Trump wa Amerika ku muhingamo w'uno wa kabiri mu ngoro ya Trump.
2
Trump na Macron imbere y'uko basangira ibifungurwa vyo ku mugoroba
3
Perezida Trump na madamu wiwe Melania kumwe na Perezida Macron na madamu wiwe Brigitte mw'ifoto imbere y'uko basangira infungurwa z'umugoroba
4
Macron ariko ashikiriza ijambo abafaransa baba washington DC kuri uno wa kabiri
Voma ibindi
Amafoto y'Umubonano wa Perezida Trump na Macron
Back to top
XS
SM
MD
LG