Uko wahagera

Amafoto y'Ivyaranze Itembagazwa ry'Ubutegetsi bwa Alpha Conde n'Amwe mu Mateka ya Gineya

Abasirikare muri Gineya bavugira kuri Televiziyo y’igihugu kuri uyu w’Imana bemeje ko bavanye ku butegetsi Perezida Alpha Conde, bongera bavuga ko basheshe ibwirizwa shingiro, kandi imbibe z’igihugu, haba ku butaka no mu kirere zicungerewe.

Itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bwo kwivuna abansi ryavuze ko igitero ku kirimba c’umukuru w’igihugu, i Conakry, casubijwe inyuma. Ibihugu bitandukanye n'amashirahamwe arimwo umuryango w'ubumwe bwa Afurika yateye ivyatsi ikomborwa rya Prezida Konde avuye ku butegetsi amazeko imyaka 11.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eddie Rwema, aragaruka ku matariki makuru makuru yaranze Gineya kuva yikukira

https://www.radiyoyacuvoa.com/a/amwe-mu-matariki-yaranze-gineya-muri-kahise/6214429.html

Bandanya munsi urabe amwe mu mafaoto yaranze itembagazwa ry'ubutegetsi wa Alpha Conde na kahise ka Gineya





Voma ibindi

XS
SM
MD
LG