Ikiza ca Virusi ya Corona gihangayikishije isi caragize ingaruka mu bisata bitandukanye birimwo ica siporo, aho amahiganwa atandukanye n'imikino vyahagaritswe canke bihindurirwa ikiranga minsi kw'isi yose.
Ico kiza catumye kandi bamwe mu bakinyi banduye badashobora kubandanya bakina nkuko vyahora, kuko vyabaye ngombwa ko baja mu kato. Mu bakinyi bazwi baherutse kwandura harimwo Cristiano Ronaldo akinira ekipe ya Juventus na Neymar akinira PSG's

Facebook Forum