Bose bavuye mw’ikambi ya Mahama iri mu buseruko bw’ u Rwanda, ikambi irimwo Abarundi barenga ibihumbi 60.
Ku mupaka wa Gasenyi Nemba bakiriwe n’abashikiranganji bajewe intwaro yo hagati mu gihugu n’amagara y’abantu mu Burundi. Abo bategetsi babahaye ikaze babemerera kubacungerera umutekano. HCR yemeje ko igikorwa nk’ico kizoja kiraba Ku kwezi Ku kwezi mu gihe hazoba hari abasavye gutahuka.