Abarundi baba mu Burundi no mu mahanga kuri uno wa kane bari mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro rihinyanyuwe.
Kamarampaka mu Burundi mu Mafoto
![Abanyagihugu bo mu ntara ya Ngonzi barindiriye gutora ](https://gdb.voanews.com/03652367-084c-46aa-a365-8b56f9a30dda_cx0_cy6_cw0_w1024_q10_r1_s.jpg)
1
Abanyagihugu bo mu ntara ya Ngonzi barindiriye gutora
![Perezida Nkurunziza imbere yo gutora ](https://gdb.voanews.com/07fa484a-4fac-4dd8-973c-3f70da189fc2_w1024_q10_s.jpg)
2
Perezida Nkurunziza imbere yo gutora
![Perezida Nkurunziza ariko aratora ](https://gdb.voanews.com/fe0060f0-3c7d-42f2-886e-f73955aae64d_cx0_cy4_cw0_w1024_q10_r1_s.jpg)
3
Perezida Nkurunziza ariko aratora
![Abanyagihugu aho batoreye i Ngozi ](https://gdb.voanews.com/f5a60517-6609-4d3d-9642-5b10f6b923ef_cx0_cy2_cw0_w1024_q10_r1_s.jpg)
4
Abanyagihugu aho batoreye i Ngozi