Uko wahagera

Agathon Rwasa Avuga ko Agiye Kwitura Sentare Nkuru ya EAC


Agathon Rwasa, umukuru w'umugambwe CNL utavuga rumwe na Reta mu Burundi atangaza ko agiye kwitura sentare nkuru y'umuryango w'Afurika y'Ubuseruko.

Ni inyuma yaho sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro mu Burundi yemeje ko Evariste Ndayishimiye, umukandida w’umugamwbe Cndd-Fdd, ari we yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu. Agathon Rwasa mu kiganiro yagiranye na Frederic Nkundikije yongeye gushimangira ko yibwe amajwi kandi abifitiye ivyemezo.

Agathon Rwasa Avuga ko Agiye Kwitura Sentare Nkuru ya EAC
please wait

No media source currently available

0:00 0:11:51 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG