Uko wahagera

Abanyeshure 26 muri Liberiya Bahitanywe n'Umuriro


Ikarata ya Liberiya

Umucanwa wadutse mu ishure ryigishirizwamwo igikorowani muri Liberiya wahitanye abanyeshure 26 n’abigisha babiri.

Ishure ryadutsemwo uwo muriro riherereye ku murwa mukuru Monrovia.

Ibiro vy’umukuru w’igihugu vyatangaje ayo makuru ntivyatomoye aboba bahakomerekeye canke ibindi vyononekaye.

Abana bahitanywe n’uwo muriro bafise hagati y’imyaka 10 na 20.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG