Uko wahagera

Abanyagihugu bo mu Burundi Babona Bate Ijwi ry'Amerika?


Mu rukurikirane rw'ibiganiro vyacu ku bijanye n'isabukuru y'imyaka 25 y'igisata c'Ikirundi n'Ikinyarwanda ku Ijwi ry'Amerika, ubu naho tubumvishe ivyo abanyagihugu bo mu ntara zitandukanye z'Uburundi twashoboye kuvugana bibukira kw'Ijwi ry'Amerika.

Abavuganye na radiyo yanyu bemeza ko Ijwi ry'Amerika barironkako amakuru n'ibiganiro ataho bihengamiye kandi bibigisha mu buzima bwabo bwa misi yose.

Basaba Reta gusubira kuyugurura mbere bakanamenyesha ko n'abategetsi ubwabo ibafasha kumenya ibibera kure yaho badashobora gushika.

Mu bo twaganiriye hari abamaze imyaka 25 nyene bayumviriza.

Umviriza aba uko babisobanura.

Uko Abaturage Babona Ijwi ry'Amerika mu Burundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:08 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG