Uko wahagera

Abakozi Bacungera Ubuserukizi bwa Amerika mu Burundi Bari muri Yegereyegere


Bamwe mu bakozi b'ishirahamwe TORRES VB

Abakozi barenga 200 bo mw'ishirahamwe “TORRES VB” rifise isoko ryo gucungera ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika n’inyubakwa zitandukanye z’Abanyamerika baba mu Burundi barabandanya yegereyegere igamije gusaba ko bagabanirizwa amasaha 12 bakora ku munsi.

Ibindi kuri ino nkuru n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Bujumbura Diane Ndonse

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:40 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG