Uko wahagera

Burundi: Abagera kuri Bane Bariye Igiterwa Kitaribwa Kirabagandagura


Igiterwa cahitanye bane

Mu bantu 16 bagize imiryango ibiri y’abatwa muri komine Kanyosha y’intara ya Bujumbura mu Burundi bihereje igiterwa bitiranije n’igisunzu, kimaze guhitana bane, abandi bane ni indembe mu bitaro.

Abanonosoye ibijanye n’ibinyabuzima, bahanura abantu kudafungura ivyimeza batabanje guhanuza.

Inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Bujumbura Diane Ndonse.

Burundi: Abagera kuri Bane Bariye Igiterwa Kitaribwa Kirabagandagura
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:06 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG