Uko wahagera

Abagera ku 1000 Bashobora Kuba Bahitanywe n'Igihuhusi muri Mozambique


Abagera ku 1000 Bashobora Kuba Bahitanywe n'Igihuhusi muri Mozambique
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:00:27 0:00

Prezida w’igihugu ca Mozambique, Filipe Nyusi, yatangaje ko abantu barenga 1000 bashobora kuba bahitanywe n’umuyaga w’igihuhusi uvanze n’imvura y’isegenya wiswe Idai. Ni igihuhusi kitari bwabonye muri iyi myaka 20 irangiye.

XS
SM
MD
LG