Uko wahagera

Burundi: Abagera ku 1000 Baramaze Guheba Ishure Banka Kwimwesha


Umwe mu banse kwimwesha

Abanyeshure b’abigeme bagera ku gihumbi ni bo bamaze kumenyekana ko bahagaritse kwiga mu Burundi. Ni inyuma y'aho ubushikiranganji bw’indero bushiriyeho itegeko ry’uko abanyeshure bose babwirizwa kwama bimosheje. Abo banyehure bavuga ko iryo tegeko rinyuranye n’ukwizera kwabo.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Diane Ndonse ni we dukesha ino nkuru.

Abigeme Bagera ku 1000 Bahisemwo Guheba Ishure ha Kwimwesha
please wait

No media source currently available

0:00 0:06:07 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG