Uko wahagera

Ababuriye Ababo mu Gitero co mu Cibitoke Basaba Gukingirwa


Ababuriye Ababo mu Gitero co mu Cibitoke Basaba Gukingirwa
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:02:52 0:00

Mu mihango yo gushingura 26 bagandaguriwe mu gitero cakozwe n'abitwaje ibirwanisho mu ntara ya Cibitoke mu Burundi, ababuze ababo basavye ko umutekano w'akarere ka Cibitoke ukingirwa.

XS
SM
MD
LG