Uko wahagera

Ikiganiro cy'Urubyiruko cyo ku Itariki  13 Ugushyingo 2004


Uno musi twaronse akanya ko kuvugana n'umwigeme w’Umurundikazi yakuriye mu Rwanda. Uyo mwigeme yitwa SOLANGE TUYISHIMA. Mu makuru y’ingenzi y'urubyiruko mu Rwanda, Olivier Isata atubwira ko ababyeyi baherutse guhungira mu nkambi ya Gihembe bava muri Congo, barimo gutabariza abana babo kuko bamerewe nabi.

Yvette nawe akatumenyesha ko impamvu zatumye impunzi zidashyirwa ku rutonde rw’abafashwa na HCR mu nkambi ya Gihembe ngo ari uko baciye ku mupaka w’ Urwanda na Congo badahawe ibyangombwa. Mu Burundi, ukudashobora kwibeshaho n’amakenga y’uko kazoza kazomera. Jean-Baptiste Nimbona yaraganiriye n’ urwaruka rwo ku musozi Kigamba mu ntara ya Makamba.

Inkurikizi z’amatati n’ indyane zihitiye mu Barundi ziribonekeza ahanini mu rwaruka. Ishirahamwe ry’ abakiri bato “Association des Jeunes Burundais Soucieux de la Paix en Afrique” AJBSPA mu ncamake, ryaje mu makambi ya Mutabila na Muyovozi kugira ngo baganire n'ababyeyi bo muri izo nkambi, banabasabe gukora ibishoboka byose kugira ngo bigishe abana babo urukundo,amahoro n'ubumwe.

XS
SM
MD
LG