Uko wahagera

EJO BITE 05 29 2004 - 2004-06-01


Ubuzima abakiri bato babayeho butuma banywa inzoga zikaze n'aho idandazwa ryazo ribujijwe. Abana batahuka batagifise abavyeyi bose baragira ingorane y'ugutora no gukomeza amatongo yabo, bigatuma batabaho neza.

Mu Rwanda ho, mu iisangano ry'ishirahamwe FAWE barashaka ko abana b'abakobwa bahabwa amahirwe yo kwiga ikorana buhanga muri rusange.

Ahandi ho abenshi mu bana b'abanye Congo batangiye gukurwa mu gisirikare bakiri bato


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG