Uko wahagera

EJO BITE 04 17 2004 - 2004-04-17


Mu mpera z'ukwezi guheze, impunzi z'Abanyarwanda zishika ku gihumbi zaratahutse mu Rwanda ziva mu Buganda aho zari zarahungiye. Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi HCR rikaba ari ryo ryateguye ugutahuka kwazo. Iryo shirahamwe rikaba ryaratangaje ko aho izo mpunzi zashika mu Rwanda vyibonekeza ko zari zinezerewe gutaha iwabo.

Mu bibazo bihangayikishije urubyiruko, abana b'impfubyi bibana mu ntara ya Kigali Ngari mu karere ka Nyamata bafite ibibazo bikomeye, cyane cyane ibijyanye n'imibereho yabo.

Mu Burundi naho, mu nkambi y'impunzi ya Lukole muri Tanzaniya ho havugwa ko abana baho bavanga ikirundi n'izindi ndimi, bikabatera ingorane.

Ahandi ho, ukutamenya amamuko yazo, bituma imfuvyi zo mu Burundi ziburabuzwa mu matongo zarukiyemwo.


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG