Uko wahagera

EJO BITE  03 20 2004 - 2004-03-20


Mu makuru makuru yerekeye urubyiruko uyu munsi,mu Rwanda Umuryango mpuzamahanga utubara imbabare Croix Rouge uherutse gutahura no guhuza abana bari baraburanye n'imiryango yabo mu gihe cy'intambara.

Ahandi ho, impunzi z' Abarundi ziri mu mujyi wa Kigali ziherutse kwikaragambya imbere y'icyicaro cy'ishami ry'umuryango w' abibumbye ryita ku mpunzi, HCR. Mu Burundi ho, abana bisunga ukwikingira agahahazo k' abantu bakuze mu kurondera imyuga yobabeshaho.

Indi nkuru ibara ko mw'ikambi y'impunzi ya Lukole i Ngara muri Tanzania abana baho ngo ntibafungura bikwiye kubera abavyeyi babo bataziganya imfashanyo bahabwa n' abagiraneza.


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG