Uko wahagera

EJO BITE 01 29 2004 - 2004-02-07


Mu Burundi, kw’itariki 26 z’uku kwezi, abana bashika kuri bari bashizwe mu migwi y'itwaje ibigwanisho bajanywe ahantu hitwa i Muyange mu kibanza bakoranirizamwo abana bahora kurugamba, m’umugambi wa Leta mushasha wo kubaka ibigwanisho.

Ahandi naho, Jean-Baptiste atubwirako Abana batagera gutangura amashure y’intango bagiye kwitabwaho biciye mu nyigisho zo kwimenyereza.

Imihari yamye ifasha mu bijanye no kwubaka indero y’abakiri bato. Gentille Ntibagirigwa niwe yaduteguriye ino nkuru igihe yagendera abayamihari b’abaScout n’abaXaveri.

Mu Rwanda ho, uyu munsi twishimiye kubamenyesha ko hashize umwaka dutangiye kino kiganiro cy’urubyiruko ejo Bite. Twifuje kubumvisha bamwe mu bakunzi bacu batubwira akamaro iki kiganiro cyacu cyabamariye mu mwaka ushize n’icyo batekereza cyakorwa kugira ngo dukomeze tubagezaho ikiganiro cyiza.

Muri andi makuru, ikibazo c’impfubyi za SIDA gikomeje kuba ingorabahizi muri Afrika.


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG