Uko wahagera

EJO BITE  YOUTH SHOW 12 06 2003 - 2003-12-12


Mu makuru makuru yerekeye urwaruka uyu munsi, Gentille avuga ko abana b'abanyeshure barashigikigwa n'amasanganya y'imiduga bivuye ku bukene bw'imimenyesho vyo kwubahiriza amategeko y'amabarabara.

Ubukene kandi bubandanya kwiyongera, butuma abavyeyi bataronka ubushobozi bwo kurihira ishure abana babo.

Mu makuru i Rwanda, Yvette Umugwaneza atumenyesha ko ibibazo abana b'impunzi bahura na byo byo kutagira radio bituma batabasha gukurikirana amakuru cyangwa ibiganiro bibabera.


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG