Uko wahagera

EJO BITE  -  YOUTH SHOW 12 07 2003 - 2003-07-12


Mu Burundi urwaruka ruratanga intereranyo yo kugarukanya amahoro rubicishije mu mahiganwa bafise mu ma zone yo mu buraruko bwa Bujumbura. Ahandi ho imfuvyi zirajuragizwa n'amashirahamwe yiyemeza kubafasha.

Ku byerekeye urubyiruko mu Rwanda, Yvette Umugwaneza atubwira ko abana batandukanye n'imiryango yabo baba mu nkambi z’Abarundi ku kigeme usanga ntakibazo bafite.

Bavuga kandi ko hari impungenge zitewe n'urubyiruko rwari mu buhungiro muri Congo usanga ntacyo ruzi ku byerekeye ubuzima bw'imyororokere n’ndwara zandurira nu mibonano mpuzabitsina.


Ejo Bite: English Version here



Shakira andi makuru yo mu karere hano.


Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG