Mu makuru y'uRwanda twabateguriye, Olivier Isata atubwira ko umuryango Human Rigths Watch ukomeje gushira hamwe ahagaragara uko imibereho y'abana yifashe muricyo gihugu inyuma y'intambara.
Batumenyesha kandi ko buri mwaka abanyarwanda bibuka itsemba bwoko ni tsembatsemba ryagiriwe mu Rwanda muri 94. Muri uyu mwaka bazibuka ku ncuro ya cyenda ayo mahano amaze abaye.
Mu Burundi ho, mugenzi wacu Jean Baptiste ati; mbega ama sinema arafise ingaruka mbi ku ndero y'urwaruka? Ayandi makuru yerekeye ibibazo biraje ishinga urwaruka, abana batari bato bakora akazi ko mu nzu kagoye kadahuye n'inguvu bafise.Saba amakuru muri email yawe hano.