Uko wahagera

Ibirego Bijanye na Coup d’Etat mu Burundi


Ku musi wa gatanu uheze, umukuru w’intwaramiheto z’Uburundi, General Major Godefroid Niyombare yatangaje ko hari abasirikare bafashwe bariko barategura guhungabanya umutekano w’igihugu.

Ariko abatavuga rumwe na reta bo bavuga ko umugambwe uri k’ubutegetsi uriko urarondera ingene wododobereza abanyepolitike batavuga rumwe na reta.

Umumenyeshamakuru Frederic Nkundikije yaraganiriye n’abashingatahe, Gratien Rukindikiza na Francis Ngaruko bakurikirana cane politike y’Uburundi bamubwira ico bavyiyumvirako.

Mvumvirize ico kiganiro k’uburyo buramvuye

XS
SM
MD
LG