Uko wahagera

Mu Burundi Abigisha Bahagaritse Akazi


Abigisha bo mu Burundi baraye bafashe ingingo yo guhagarika akazi mu kiringo kitaramenyekana.

Muri bimwe vyatumye bahagarika akazi, ngo n’uko Prezida atarashira ibikumu ku mategeko aha amapete abakozi ba reta, kw’itegeko nshikiranganji rituma iryo ritanga amapete rishigwa mu ngiro. Ivyo vyose bikaba vyotumye reta idaha abigisha amafranga y’indarane ibafitiye, kuva mu mwaka 2007 gushika mu mwaka wi 2009. Ikindi kibabaje abigisha ngo n’uko bariko barajuragizwa mu guhabwa za mutation ku buryo butajanye n’amategeko.

Ido n’ido kur’ico kibazo c’abigisha, tubisanga mu kiganiro Etienne Karekezi yagiranye n’umukuru wa Sindika y’abigisha mu Burundi, Niyibizi Euralie:


XS
SM
MD
LG