Uko wahagera

Ububasha bw’Imigambwe mu Matora yo mu 2010


Inyuma y’uko inama nshingamateka n’inama nkenguzamateka zemeje itegeko rigenga amatora yo mu mwaka uza mu Burundi, bamwe mubashingamateka n’abakenguzamateka bahise basezera imigambwe barimwo baja mu yindi.

Mu migambwe yatakaje abanywanyi, harimwo CNDD-FDD, umugambwe uri k’ubutegetsi, n’umugambwe FRODEBU.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Etienne Karekezi, yagiranye ikiganiro na, Gertrude Kazoviyo, wo mu kigo cigenga kijejwe gukurikirana ibikorwa vya reta mu Burundi, amubwira ingene abona iryo hindagurika.


XS
SM
MD
LG