Uko wahagera

Uruhagarara mu vya Politike mu Burundi n’Ingaruka Zarwo ku Vyerekeye Ubutunzi


Umutekano muke n'uruhagarara mu vya politike bituma abagira imirimo y'ubudandaji bataboneka. Nta hantu ivyo vyIbonekeza cane nko mu karere ka Afrika, cane cane mu karere k'ibiyaga binini vyo muri Afrika yo hagati.

Mugenzi wacu Fidele Niyongabo yaraganiye na Frederic Ngoga Gateretse akorera ishirahamwe, "I JET Intelligent Risk Systems" rikwirikirana ibibazo vyerekeye umutekano kw'isi ku bijanye n'abagira imirimo y'ubudandaji hamwe n'abanyamitahe ku vyerekeye ico kibazo.

XS
SM
MD
LG