Uko wahagera

Ikibazo ca Ruswa n'Ubwigenge bw’’Itangazamakuru


Nta gihugu na kimwe co kw'isi kitarimwo ruswa. Ico kibazo kiribonekeza no muri Amerika haba ku bategetsi b'amashirahamwe y'abikorera ku giti cabo canke abanyepolitike.

Yamara mu bihugu nka Amerika, abajejwe igikogwa c'ugutangaza amakuru bagize uruhara rukomeye mu gishira ahabona ikibazo ca ruswa. Nico kiganiro mugenzi wacu Fidele Niyongabo yadutaguriye.

XS
SM
MD
LG