Uko wahagera

Ikibazo ca Ruswa n'Ubusuma mu ma Sosiyete Agira Imirimo y'Ubudandaji


Mu rwego rw'ibiganiro vyerekeye ruswa, mugenzi wacu Fidele Niyongabo aratuganirira ku kugene ico kibazo cibonekeza mu mashirahamwe agira
imirimo y'ubudandaji.

Kenshi ayo mashirahamwe ntashikiriza ibiharuro vy'ukuri ku bijanye n'amafranga hamwe n'ayandi matungo afise gushika aho ibintu biyanzara mu bigeramira bikomeye abakozi b'ayo mashirahamwe hamwe n'abayashizemwo imitahe.

XS
SM
MD
LG