Uko wahagera

Ikibazo c'Ibiturire kw'Isi


Ikibazo c'ibiturire n'akaranda karangwa hose kw'isi. Yamara ako karanda kabica bigacika kurushiriza mu bihugu bikenye.

Ibiturire n'intambamyi ikomeye ku vyerekeye iterambere mu vy'ubutunzi ry'ibihugu. Bituma ubukene bwiyongera kurushiriza, abantu nabo bataba bacishimira inzego zibarongora.

Kugwanya biboneka ibiturire bisaba ugushaka gukomeye kw'abajejwe intwaro.

Ibindi bisobanuro ku kibazo c'ibiturire tubishikirizwa na mugenzi wacu Fidele Niyongabo.

XS
SM
MD
LG