Uko wahagera

Perezida Nkurunziza Yashyizeho Abandi Bategetsi mu Butabera


Kuva kw’igenekerezo rya 4 ukwezi kwa Ntwaranate , umushikirizamanza mukuru kizigenza wa Republica y’Uburundi yitwa Jean Bosco Ndikumna , iryo rikaba ari itegeko umukuru w’Uburundi Petero Nkunziza yateyeko igikumu kuwa 4/03/2006.

Jean Bosco Ndikumana asubiriye Gérad Ngendabanka abantu benshi bari basigaye bavuga yuko afise amadossiye menshi atashoboye gutunganya.

Iryo tegeko rigena abandi bategetsi mu bushikiranganji bw’ubutungane rivuga y’uko Stanislas Nimpagaritse ari we umushikirizamanza mukuru muri mairie ya Bujumbura, akaba asubiye mu kibanza c’umufasoni Anonciata Twagirayezu.

XS
SM
MD
LG