Uko wahagera

Ejo Bite 05 19 2005


Mu Burundi, abana bavukiye mu buhungiro basaba Uburundi ko bwobakira neza ku kubaronderera vya ngombwa nibahunguka.

Ahandi ho, Igitigiri c'abana bavuka ari ishushu kiguma congerekana naho bihakanwa na ba se.

Mu Rwanda naho, harangiye isiganwa ku maguru mpuza mahanga ryitiriwe irushanwa ryo guhagararira amahoro kw'isi.

Mu yandi makuru, bamwe mu bana b'impunzi bari mu nkambi ya Ghembe batabashije kwiga amashure abanza cyangwa ayisumbuye, bashobora kwiga imyuga inyuranye irimo kubaza, kudoda, gushushanya n'iyindi aho bari mu nkambi.

XS
SM
MD
LG