Uko wahagera

Ikiganiro cy'Urubyiruko cyo ku itariki 9 Mata 2005


Mu Burundi, umwigeme arahisha ko yakorewe ivya mfurambi ku gutinya kwinubwa, ingaruka ikaba isinzikara r'yamagara yiwe. Uyo mwigeme akaba ari mu bitaro vya Prince Regent Charles, i Bujumbura.

Ahandi ho,Igabanuka ry'umwimbu mu gihugu rituma ugufungurira abana mu bigo biba amananiza.

Mu Rwanda ho, urubyiruko ntiruvuga kimwe kwitahuka ry'umutwe w'abanyarwanda bitwaye intwaro baba mugihugu rya Congo.

Ahandi ho,abana b'impunzi z'abarundi ari mu nkambi ya kigeme mu ntara ya Gikongoro, ngo bagerageza gusubira mumasomo yabo no kwitabira imyidagaduro mubiruhuko, mu rwego rwo kwirindira kurangara no kuzerera.

XS
SM
MD
LG