Uko wahagera

Burundi: Ibitaro Mpuzantara vya Rutana Bikehaniwe n'Inyubako


Ibitaro mpuzantara vya Rutana
Ibitaro mpuzantara vya Rutana

Ubukene bw’inyubakwa ni kimwe mu bihanze ibitaro mpuzantara vya Rutana. Ibi vyemezwa na muganda abirongoye. Co kimwe n’abagwayi bavyitura uwo muganga asaba ko vyokwagurwa kuko abavyitura batera baba umurengera. Bamwe mu bavyitura basaba reta kubironsa n’izindi rusehabaniha.

Inkuru ya Radiyo Ijwi ry’Amerika yifashishije abakunzi bayo mu Burundi.

Rutana: Abanyagihugu Basaba reta za Rusehabaniha
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:52 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG