Uko wahagera

Uburundi Ntibwifuza ko Abanyamahanga Bogura Amatongo


Aha ni mu ntara ya Bururi mu Burundi
Aha ni mu ntara ya Bururi mu Burundi

Leta y’Uburundi ibicishije ku mushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu, igabisha abajejwe intwaro ko uwuzosubira guhagararira ubuguzi bw’itongo riguzwe n’umunyamahanga azohabwa ibihano ruhasha.

Ni ingingo bamwe mu barundi n’abanonosoye amategeko bavuga ko ata tegeko na rimwe iyo ngingo iriko irisunga. Inkuru yateguwe n'Ijwi ry'Amerika yifashishije abanywanyi bayo mu Burundi irasomwa n'umumenyeshamakuru Thierryve Ndayishimiye uri i Kigali mu Rwanda.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:55 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG