Uko wahagera

Uburundi Bwarungitse Umuce wa Mbere w'Abakozi Baja Gukora mu Bihugu vy'Abarabu


Umuce wa mbere w'abarundi bagiye gukorera mu bihugu vy'Abarabu
Umuce wa mbere w'abarundi bagiye gukorera mu bihugu vy'Abarabu

Uburundi bwarungitse umuce wa mbere w'abakozi baja gukora mu bihugu vyo mu kigobe c'Abarabu biciye mu masezerano hagati ya Reta y'Uburundi na Arabiya Saoudite. Umuyobozi ajejewe ibibazo vy'Abarundi baba hanze y'igihugu avuga ko muri Arabiya Sawudite honyene hari ibibanza vyagenewe abakozi b'Abarundi ibihumbi 75.

Jean Bosco Bizuru, umuyobozi nshingwabikorwa mw’ishirahamwe ryarungitse aba bakenyezi n’abigeme, rimwe kuri 17 yahawe uruhusha na Reta y’Uburundi yemeza ko ibintu vyose vyatunganijwe ku buryo ata muntu n’umwe azobangamirwa.

Inkuru iramvuye muyumvirize mu majwi y’umumanyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza

Ni Akahe Karusho Imiryango n'Uburundi Bizohungukira?
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:26 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG