Uko wahagera

Burundi: Urucuruzwa rw'Abana b'Abigeme Rwariyongereye


Muri komine Bugenyuzi intara ya Karusi hagati na hagati hashira ubuseruko bw'Uburundi, haravugwa urucuruzwa rw'abana b'abigeme.

Mu kwezi kumwe kwa kane konyene, abagera kuri 40 barajanywe cane cane mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya. Ikigo c'igihugu kijejwe ingo n'imiryango kivuga ko abavyeyi bariko barahirimirizwa kugira bamenye amayeri abatwara iyo miyabaga bakoresha.

Ubukene buri mu miryango ni yo ntandaro ya vyose. Ishirahamwe Fenadeb ryitaho ineza y'abana ryemeza ko mu gihugu cose abarenga 500 mu mwaka uheze baroye kugurishwa.

Yfonda aha munsi ukurikirane iyi nkuru mw'Ijwi ry'umumanyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza

Ubukene buri mu ntandaro y'ubukene bwo mu muryango
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:12 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG