Uko wahagera

Ubwigenge Bwo Kumenyeshamakuru mu Burundi Buracafise Agahaze


Ibimenyeshamakuru vyo mu Burundi biracafise ikibazo co gushikira amasoko y’inkuru kugira batange amakuru canke ibiganiro bishika ku nyota abavyumviriza canke babisoma. Ni mu gihe kuri iyi tariki ya 3 y’ukwezi kwa gatatu amakungu yibuka umusi mpuzamakungu ku bwingenge bwo kumenyeshamakuru.

Ako gahaze karava ku bwoba bukiri mu bamenyeshamakuru bamwebamwe bivuye ku vyabaye mu 2015. Karava kandi ku kudahabwa amakuru n’ababa bayafise canecane bo mu nzego za Leta.

Ibindi kuri iyi nkuru muvyumvirize mw’ijwi ry’umumenyeshamakuru Desire Hatungimana mu makuru yaronse yifashishije abanywanyi b’Ijwi ry’Amerika.

Burundi: Ubwigenge bwo kumenyeshamakuru Buracafise urugendo
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:15 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG