Umukuru w'igihugu c'Uburundi yarongeye imishahara abagize inzego z'umutekano no kwivuna abansi. Prezida Évariste Ndayishimiye abahamagarira kwijukira imigambi irimwo ukworora no kurima kugira biziganirize.
Ni mu gihe umusi w'abakozi n'akazi wahimbajwe mu Burundi abakozi ba Reta n'abikorera utwabo bahanganye n'ikibazo c'ubuzima buzimvye.
Ibindi kuri iyi nkuru ushobora kuvyumva mu nkuru y’umumanyashamakuri w’Ijwi ry’Amerika mu majwi ufyonze aha hepfo.
Facebook Forum