Uko wahagera

Uburundi Bwahimbaje Umunsi w'Abakenyezi mu Bukene Ntangere


Umukenyezi mwirimizi mu ntara ya Muyinga mu Burundi
Umukenyezi mwirimizi mu ntara ya Muyinga mu Burundi

Uburundi bwifadikanije n'amakungu mu guhimbaza umusi wahariwe agateka k'umukukenyezi. Muri ico gihugu naho umugore afatwa nk'inkingi y'iterambere aracari mu bukene bwinshi.

Abakenyezi n'ubwo baserukiwe mu nzego ntibafise amahirwe amwe n'abagabo yo gushikira no kuronka ibibafasha mw'iterambere.

Reta ivuga ko mu migambi ishira imbere harimwo ugushoboza umukenyezi kuronka amikoro atarinze kwama ateze amashi canke ateze uburamuko ku mugabo. Kubwa Reta, umukenyezi ateye imbere n'igihugu gica gitera imbere.

Umviriza inkuru yose yateguwe n’umumenyashamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:14 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG