Uko wahagera

Uganda Yahamagaje Abakukurutse mu Gisirikare Gufasha muri Somaliya


Abasirikare ba Uganda bo mu nteko za AMISOM muri Somaliya
Abasirikare ba Uganda bo mu nteko za AMISOM muri Somaliya

Igisirikare ca Uganda catumyeko abahoze ari abasirikare bashika 3.000 bafise imyaka iri munsi ya 55.

Umuvugizi w’igisirikare ca Uganda, Brigadier General Felix Kulayigye, yavuze ko batumweko kugira bongere bahabwe imyimenyerezo ya gisirikare barungikwe vuba gusahiriza muri Somaliya.

Kulayigye yavuze ko hari ubukene bw’abasirikare ku rubuga rwo kurwanya iterabwoba muri Somaliya.

Ibikorwa vyo gusuzuma amagara y’abo bahoze mu gisirikare bizomara imisi ine imbere yo kurungikwa. (VOA News)

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG