Mu gihe hari ikena ridasanzwe ry’ibitabo vy’abana bato bato mu Burundi, umukenyezi Ines Mbesherubusa aherutse gusohora igitabo gishasha citwa “Kajumbu na Kumbati”.
Ni igitabo kirimwo imigani y’abana. Mu kiganiro Madame Mbesherubusa yagiranye n'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Auriane Itangishaka, yamuciriye ku mayange ibiri muri ico gitabo.
Facebook Forum