Uko wahagera

Burundi: Abakenyezi Basaba Reta Kwita Cane ku Bavyeyi Bibugenze


Ibitaro vyo ku Ruziba
Ibitaro vyo ku Ruziba

Abakenyezi batandukanye mu Burundi barasaba ko Reta ibicishije mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu hokwitabwaho ikibazo c’abavyeyi bibungenze bakirwa nabi kwa muganga bikabaviramwo kuhasiga ubuzima.

Abo ni abavyeyi bavuganye n’ijwi ry’Amerika aho bemeza ko mu bitaro bitandukanye mu Burundi, harangwamwo kwakira biguruntege abakenyezi baba baje kwibaruka bamwe bakahatakariza ubuzima bwabo n’ubw’abana babo.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Thierryve Ndayishimiye yarabikurikiranye, abishikiriza ido n’ido muri ino nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:39 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG