Uko wahagera

DRC Yipfuza Gufata Akarorero k'Uburundi mu vya Gisirikare n'Uburimyi


Perezida wa Kongo na mugenzi wiwe w'Uburundi
Perezida wa Kongo na mugenzi wiwe w'Uburundi

Umukuru w'igihugu ca Republika iharanira demokarasi ya Kongo, Felix Tshisekedi avuga ko yaroye mu Burundi kuraba uko ashobora gutunganya ibikorwa vy'amakoperative y'uburimyi mu gihugu ciwe afatiye ku karorero k'Uburundi hamwe n'ukuraba uko yokwigira ku Burundi mu gutunganya igisirikare.

Mu rugendo yatanguye kuri uyu wa gatandatu azosozera kuri uyu mbere amenyesha ko we na mugenzi we w'Uburundi Evariste Ndayishimiye bazonavugana ku mugambi rusangi wa gari ya moshi uhuza Uburundi, Kongo na Tanzaniya.

Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Eloge Willy Kaneza

Kongo Iripfuza Gari ya Moshi Yoyihuza n'Uburundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:02:56 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG