Uko wahagera

Perezida Ndayishimiye Yemeza ko Ubukene Buterwa n'Ikena ry'Amafaranga y'Agaciro


Perezida Evariste Ndayishimiye mu kiganiro n'abamenyeshamakuru i Bujumbura mu Burundi. Kw'itariki ya 10/05/2022
Perezida Evariste Ndayishimiye mu kiganiro n'abamenyeshamakuru i Bujumbura mu Burundi. Kw'itariki ya 10/05/2022

Perezida w’Uburundi Evariste Ndayishimiye avuga ko ubukene bw’igitoro buterwa n’ibura ry’amahera y’agaciro kandi ko ari yo ntandaro y’ubukene bw’ibintu nyamukuru. Hari mu kiganiro ca mbere yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri ku murwa mukuru w’ubutunzi, Bujumbura.

Ibi ni mu gihe abanyagihugu badasiba kwidoga ko ibi vyahungabanije ubuzima hamwe n'ukubaho kwabo kwa misi yose. Bagasaba Reta gukora ibishoboka vyose kugira ibatezurire iduzwa ry’ibiciro.

Kurikirana mu majwi iyi nkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Eloge Willy Kaneza akorera i Nairobi

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:59 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG