Uko wahagera

Uburundi Burasaba Ubufaransa Kudafasha Ibinyamakuru 'Birwanya Ubutegetsi'


Leocadie Ndacayisaba umushikirangani ajejwe kumenyesha amakuru
Leocadie Ndacayisaba umushikirangani ajejwe kumenyesha amakuru

Reta y’Uburundi irasaba igihugu cy'Ubufaransa kudasubira gufasha ibinyamakuru 'bigwanya ubutegetsi' vyaba ibiri mu Burundi canke hanze.

Umushikiranganji ajejwe igisata co kumenyesha Amakuru mu Burundi Leocadie Ndacayisaba yabitangaje kuri uyu wa gatanu igihe yariko aratanguza umugambi ufashwe mu mugongo n’igihugu c’Ubufaransa wo kunagura ico gisata co kumenyesha amakuru.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru yakurikiraniye hagufi iyi nkuru:

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:14 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG