Uko wahagera

Burundi: Perezida Ndayishimiye Asaba Abarundi Gukunda Igihugu


FILE - Burundi's President Evariste Ndayishimiye at the Ingoma stadium in Gitega, Burundi, June 18, 2020.
FILE - Burundi's President Evariste Ndayishimiye at the Ingoma stadium in Gitega, Burundi, June 18, 2020.

Ibibazo vy’ubutungane nivyo vyiganje mu kiganiro caremeshejwe na Evariste Ndayishimiye umukuru w’igihugu c’Uburundi ku bamenyeshamakuru n’abanyagihugu imbona nkubone ku kibuga citiriwe Intwari mu gisagara ca Bujumbura.

Abanyagihugu bafashe ijambo berekanye ko barenganywa n’abobatunganirije. Perezida Ndayishimiye akaba yemeye ko ibibazo vy’ubutungane bigiye kuza biratorerwa umuti bidatevye kugira ntibitere ibibazo mu kibano.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika akorera mu Rwanda Désiré Hatungimana, yakurikiranye iki kiganiro adutegurira iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:56 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG