Uko wahagera

Burundi: Abategetsi Bizeza ko Urudandaza Njabukambibe Rugiye Gusubira


Cibitoke Floods
Cibitoke Floods

Mu Burundi, umutambukanyi w'umukuru w'ico gihugu asaba abakenyezi bahora bakora urucuruzwa ndengambibe kubandanya bibako bagakorera mu gihugu hagati mu kurindira ko imbibe zisubira kugururwa.

Abatari bake baja mu gihugu kibanyi ca Republika iharanira demokarasi ya Kongo. Bizezwa ko mu misi iri imbere bashobora gusubira gukora ata ngorane.

Angeline Ndayishimiye yazindukiye kuri uyu wa kabiri muri komine Rugombo, intara ya Cibitoke mu buraruko bushira uburengero bw’igihugu kugarukira ku bakenyezi bahuye n'ingaruka z'uko batakijabuka imbibe gucururiza mu bihugu bibanyi.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza aratubwira iyi nkuru ama munsi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:03 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG