Imyiyerekano y'abashigikiye Perezida Donald #Trump biriwe bugarije ingoro y'inama nshingamateka na nkenguzamateka ku murwa mukuru Washington, DC. Biyerekana barinjiye ahariko habera igikorwa co kwemeza intsinzi ya Joe #Biden gutyo biba ngombwa ko gihagarikwa.
Facebook Forum