Uko wahagera

Igitero c'Iterabwoba Cakomerekeje Abatari Bake muri Autriche


Igiporisi muri Autriche kivuga ko abantu batari bake bakomeretse kandi ko carungitswe guhagarika amasasu yabaye ku murwa mukuru. Amakuru yatangajwe avuga ko ahantu hari guterwa n’ico gitero kitaremezwa neza ryari isinagoge.

Umushikiranganji w’intwaro mu gihugu yavuze ko umwe mu bateye yishwe uwundi akironderwa.

Igiporisi kivuga ko kiri mu bikorwa kuri uyu wa mbere ku mugoroba kandi gisaba abanyagihugu kwirinda ahakoranira abantu benshi.

Amatohoza aracaba

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG